Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Yesu afashe urugendo rwiwe aja i Yerusalemu, haza umuntu yiruka aja iyo ari, apfukama imbere yiwe, aramubaza ati: “Mwigisha mwiza, nokora iki kugira ngo nze ndagwe ubugingo budashira?”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Agisohoka ngw akomeze urugendo, haza umuntu kuri we yirukanga, aramupfukamira, aramubaza, ati Mwigisha mwiza, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:17

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy