Mariko 10:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ndababgire ukuri, ūtazokwākīra ubgami bg’Imana nk’umwana muto, ntazobginjiramwo na gatoya. Viz kapitola |