Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Umusi umwe, abavyeyi bazanye abana babo aho Yesu ari kugira ngo abarambikeko ibiganza, abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maze bamuzanira abana bato, ngw abakoreko: abigishwa barabakankamira.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:13

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy