Mariko 10:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Arabishura ati: “Umuntu wese yirukana umugore wiwe akarongora uwundi, aba asambanye, kandi aba acumuye kuri uwo wa mbere. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arababgira, at’ Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye kand’ amuhemukiye. Viz kapitola |