Online Bible

- Reklamy -




Mariko 1:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Aho guhora, wa muntu aca aragenda atangura kuvuga no gukwiragiza iyo nkuru. Ivyo vyatumye Yesu adasubira kuja mu gisagara ku mugaragaro ahubwo aca aguma hanze kure yaco ahantu hihishije. Ariko na ho nyene abantu barahamusanga bavuye mu mihingo myinshi.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Maz’ avaho, atangura kwandagaza no gukwiza ivyabaye; ni co catumye Yesu atābaye agishobora kuja mu gisagara abandi babizi, arikw aguma inyuma yaco mu gahinga: abava hose baza kuri we.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 1:45

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy