Mariko 1:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Umuntu arwaye imibembe araza apfukama imbere yiwe, aramwinginga ati: “Ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Haza umunyamibembe kuri we, amwinginga amupfukamiye, at’ Ukunze, woshobora kumpumanura. Viz kapitola |