Mariko 1:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Abamwumviriza batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko yigishanya ububasha, mu buryo butandukanye n’ubw’abigisha b’ivyagezwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko yabigisha nk’ūfise ububasha, ntase n’abanyabgenge b’ivyanditswe. Viz kapitola |