Mariko 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ubwo nyene aca arabahamagara, na bo basiga se Zebedayo n’abakozi biwe mu bwato baramukurikira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Aca arabahamagara, basiga se Zebedayo mu bgato hamwe n’abakozi biwe, baramukurikira. Viz kapitola |