Mariko 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Bwatanguye nk’uko vyari vyaranditswe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya ngo: “Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira”: Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nk’uko vyanditswe na Yesaya yavugishwa n’Imana, Ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira. Viz kapitola |