Mariko 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Yabana n’ibikoko vyo mw’ishamba, kandi abamarayika baraza bakamukorera. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Amaray’ imisi mirongwine, ageragezwa na Satani; kandi yaba hamwe n’ibikōko, abamarayika bakamukorera. Viz kapitola |