Luka 9:62 - Bibiliya mu Kirundi coroshe62 Yesu aramwishura ati: “Nta muntu araba inyuma ariko ararimisha inka aba abereye Ubwami bw’Imana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)62 Ariko Yesu aramubgira, ati Nta muntu afashe isuka irimishwa n’inka, arāba inyuma, abereye ubgami bg’Imana. Viz kapitola |