Luka 9:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Bariko baramuzana, ya dayimoni imukubita hasi iramujegeza. Ariko Yesu akankamira iyo mpwemu ihumanye, akiza uwo muhungu, amusubiza se. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Arikw araza, dayimoni amutūra hasi, aramujegeza cane; Yesu akankamira iyo mpwemu ihumanye, akiza uwo muhungu, amusubiza se. Viz kapitola |