Online Bible

- Reklamy -




Luka 9:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Akiriko aravuga, igicu kiraza kirabapfuka. Abo bigishwa bagira ubwoba bwinshi igicu kibatwikiriye.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Akibivuga, igicu c’igipfungu kiraza, kibatera igitūtu; ico gipfungu kikibashikako, baratinya.

Viz kapitola kopírovat




Luka 9:34

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy