Luka 9:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 (Ico gihe hari nk’abagabo ibihumbi bitanu.) Ariko Yesu abarira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike mu migwi ya batanu batanu.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kuko bār’ abagabo nk’ibihumbi bitanu. Abarira abigishwa biwe, ati Ni mubicarike bīcīye intēko z’abantu nka mirongwitanu‐mirongwitanu. Viz kapitola |