Luka 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 “Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 at’ Umubivyi yasohoye imbuto ziwe; akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, barazikandagira, inyoni zo mu kirēre zirazinobagura. Viz kapitola |