Luka 8:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Yesu amwishura ati: “Mama na bene mama ni abo bumva ijambo ry’Imana bakaryumvira.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Na we arabishura, ati Mama na bene mama n’aba bumva ijambo ry’Imana bakarikora. Viz kapitola |