Luka 8:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kuko ata canyegejwe kitazonyegururwa, kandi ata cagizwe ibanga kitazomenyekana. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kukw ata canyegejwe kitazozanwa ahabona, cank’ icagizwe ibanga kitazomenyekana kikaja ahabona. Viz kapitola |