Luka 7:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe bo banka umugambi w’Imana kuri bo, kuko bari baranse ko Yohana ababatiza.) Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 arikw Abafarisayo n’abigisha ivyagezwe bībujije inama z’Imana, kuko batābatijwe na we. Viz kapitola |