Luka 7:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 abatuma kubaza Umwami Yesu bati: “Ni wewe twari twiteze ko uzoza canke twitege uwundi?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Yohana ahamagara babiri mu bigishwa biwe, abatuma ku Mwami Yesu, ati Muti Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi? Viz kapitola |