Luka 6:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Yinjiye mu nzu y’Imana, afata imikate yashikaniwe Imana arayirya; yongera ahako n’abari kumwe na we; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ingene yinjiye mu nzu y’Imana, akābīra imitsima y’ibiterekērwa, akayirya, akayihako n’abari kumwe na we, ar’ umuziro kurībga, ukūye abaherezi bonyene? Viz kapitola |