Online Bible

- Reklamy -




Luka 6:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Kandi nimwagirira neza ababagirira neza gusa, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibabigenza batyo?

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Kandi ni mwagirira neza ababagirira neza, muzoshimwa iki? Kukw abanyavyaha na bo bagira bartyo.

Viz kapitola kopírovat




Luka 6:33

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy