Luka 6:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Muragowe mwebwe mushimagizwa na bose, kuko uko ari ko ba sekuruza babo bashimagiza abavugishwa b’ibinyoma. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Muzobona ibara, ah’abantu bose bazobashemagiza; kukw ari ko ba sekuruza babo bāshemagije abīgira abavugishwa n’Imana. Viz kapitola |