Luka 6:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Muzoba muhiriwe abantu nibabanka, bakabakumira, bakabatuka, bakabavuga nabi nk’inkozi z’ibibi, babahora Umwana w’Umuntu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Muzoba muhiriwe abantu ni babanka bakabaca, bakabatuka, bakanegura izina ryanyu nk’ah’ ari ribi, babahōye Umwana w’umuntu. Viz kapitola |