Luka 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Bamwe mu Bafarisayo baramubaza bati: “Ni kuki mukora ikizira ku musi w’Isabato?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bamwe mu Bafarisayo barababaza, bati N’iki gitumye mukora ikizira gukorwa kw isabato? Viz kapitola |