Online Bible

- Reklamy -




Luka 5:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Kandi nta muntu anywa umuvinyu wa kera ngo aheze yipfuze kunywa mushasha, kuko avuga ngo: ‘Umuvinyu wa kera uryoshe kuruta mushasha.’ ”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Kandi nta muntu yanyoye vino ihiye yogomba umutobe: kukw avuga, at’ Īhiye ni yo nziza.

Viz kapitola kopírovat




Luka 5:39

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy