Luka 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yamara inkuru za Yesu zirushirizaho kumenyekana, abantu isinzi bakama baza aho ari kumwumviriza no kugira ngo abakize ingwara. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Arikw inkuru yiwe irushiriza gukwira, ishengero ryinshi rikoranira kumwumva no gukizwa indwara zabo. Viz kapitola |