Luka 4:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Abantu bose baratangara cane, babwirana bati: “Ijambo ry’uwu muntu rirakomeye! Rifise ububasha n’inkomezi, kuko n’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira, zigasohoka!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Bose baratangara, barabazanya, bat’ Iryo n’ijambo ki? N’ububasha n’ubushobozi agera impwemu zihumanye zigasohoka. Viz kapitola |