Luka 4:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ariko Eliya ntiyarungitswe ku mupfakazi n’umwe muri bo, atari ku mupfakazi w’i Zerafati mu ntara ya Sidoni. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 yamara Eliya ntiyatumwa kuri n’umwe muri bo, arikw atumwa i Zarefati mu gihugu c’i Sidoni ku mugore w’umupfakazi. Viz kapitola |