Luka 24:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Baca barapfukama baramusenga, hanyuma basubira i Yerusalemu buzuye umunezero mwinshi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Na bo baramusenga, basubira i Yerusalemu bafise akanyamuneza kenshi, Viz kapitola |