Luka 24:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe50 Maze Yesu aca abajana inyuma y’igisagara, hafi y’i Betaniya, aramvura amaboko arabahezagira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Abavanaho, abashitsa aharābana n’i Betaniya, aterura amaboko, arabahezagira. Viz kapitola |