Luka 24:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ku musi wa mbere utangura indwi, hakiri kare mu gitondo, ba bagore bafata vya bimota neza bari bateguye, baja ku mva. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ku wa mbere w’imisi ndwi kare mu mutwenzi baja kuri ya mva, bajanye vya bimota neza bāteguye. Viz kapitola |