Online Bible

- Reklamy -




Luka 23:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

56 Baca basubira i muhira bategura ibimota neza n’amavuta yo gusiga ikiziga. Ariko Isabato igeze bararuhuka kugira bubahirize icagezwe.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

56 Basubira inyuma, bategura ibimota neza n’amavuta atāmirana. Kandi kw isabato bararuhuka, nk’uko vyagezwe.

Viz kapitola kopírovat




Luka 23:56

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy