Online Bible

- Reklamy -




Luka 23:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

55 Nuko ba bagore bavana na Yesu i Galilaya, bakurikira Yosefu, barabona ya mva, babona n’ukuntu ikiziga ca Yesu kiryamitsweyo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

55 Abagore bāri bavanye na Yesu i Galilaya bakurikira Yosefu, babona iyo mva, n’ingen’ ikiziga ciwe gishizwemwo.

Viz kapitola kopírovat




Luka 23:55

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy