Luka 23:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Ariko mugenziwe aramukankamira avuga ati: “Mbega wewe ntutinya n’Imana kandi waciriwe urubanza rumwe n’urwiwe? Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Arik’ uwa kabiri amwishura amuhana, ati No kwubaha Imana ntuyubaha, kand’ uciriwe urubanza rumwe n’urwiwe? Viz kapitola |