Luka 23:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Noneho baca bashira urwamo hejuru basaba ko Yesu abambwa, gushika aho Pilato arengerwa, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ariko barīhambīra bavuga n’amajwi arenga, bamusaba kw abambga, amajwi yabo aramunesha. Viz kapitola |