Luka 23:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 (Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.) Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Uwo yari yashizwe mw ibohero bamuhōye ukugarariza kwabaye mur’ ico gisagara, bo n’ubgicanyi. Viz kapitola |