Luka 22:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Yuda na we aravyemera, aca atangura kurondera akaryo keza ko kumubashikiriza ata bantu benshi bahari. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Na we aremera, arondera uburyo bgo kumubaronkera, ishengero ritariho. Viz kapitola |