Online Bible

- Reklamy -




Luka 22:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

58 Haciye akanya, uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri umwe muri bo.” Petero yishura uwo muntu ati: “Eka sindi kumwe na bo.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

58 Hashize akanya gato, uwundi aramubona, aramubgira, ati Nawe nyene ur’ uwo muri bo. Petero aramwishura, at’ Eka wa muntu, si jewe.

Viz kapitola kopírovat




Luka 22:58

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy