Luka 22:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Yesu aca arasemerera ati: “Geza aho, biramaze!” Yesu aca akora kuri kwa gutwi, aramukiza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Yesu arababarira, ati Geza aho. Akora ku gutwi kwiwe, aramukiza. Viz kapitola |