Luka 22:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Abigishwa ba Yesu babonye ibigira bibe baramubaza bati: “Mwami, tubivune na za nkota?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Abāri kumwe na we babonye ibigira bibeho, baramubaza, bati Mugenzi, tubakubite inkota? Viz kapitola |