Luka 22:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Yesu aramubwira ati: “Petero, ndakubwire ukuri, isake itarabika uzoba umaze kunyihakana gatatu kose uvuga ko utanzi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Aramubgira, ati Petero, ndakubgire, Inkoko itarabika uyu musi, uhava unyihakana gatatu ngo ntunzi. Viz kapitola |