Luka 22:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Petero aramwishura ati: “Mwami, nditeguye kujana nawe no gushika mw’ibohero, mbere no gupfana na we.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Aramubgira, ati Mugenzi, niteguye kujana nawe no mw ibohero no mu rupfu. Viz kapitola |