Online Bible

- Reklamy -




Luka 22:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu arababwira ati: “Abami b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ababafiseko ububasha bose bashaka kwitwa abagiraneza.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Arababgira, at’ Abami b’amahanga bayatwaza amanyama, n’abafise ububasha bgo kuyaganza bitwa ba rutungaboro.

Viz kapitola kopírovat




Luka 22:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy