Luka 22:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yesu arababwira ati: “Nari naripfuje cane gusangira namwe iyi Pasika imbere y’uko mbabazwa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Arababgira, ati Kwifuza nifuje cane gusangira namwe ivy’ iyi Pasika, ntarababazwa. Viz kapitola |