Luka 22:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Na we araja kubereka icumba kinini co hejuru, kirimwo ibikenewe vyose. Aho abe ari ho mubitegurira.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Na we arabereka icumba kinini co mu nzu yo hejuru gitunganijwe: abe ari co muteguriramwo. Viz kapitola |