Luka 21:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Baca baramubaza bati: “Mwigisha, ivyo bizoshika ryari? Ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ko bigiye gushika?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Baramubaza, bati Mwigisha, non’ ivyo bizobaho ryari? Ikimenyetso kizoba iki c’igihe ivyo bizogira bishike? Viz kapitola |