Online Bible

- Reklamy -




Luka 21:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Bamwe mu bigishwa batangura gushima ingene urusengero rwari rusharijwe n’amabuye meza cane hamwe n’ibindi vyashikaniwe Imana vyo kurushariza. Maze Yesu arababwira ati:

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi bamwe bavuga urusengero, ingene rwasharijwe amabuye meza n’amashikanwa; arababgira,

Viz kapitola kopírovat




Luka 21:5

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy