Luka 21:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Nuko rero mwame maso, musenge kugira ngo muze muronke inkomezi zibashoboza kurengana ivyo vyose, no kugira ngo muze mushobore guhagarara imbere y’Umwana w’Umuntu.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Mwame mugavye, musenge mu bihe vyose, kugira ngo muze mushobore guhunga ivyo vyose bigira bibeho, ngo muhagarare imbere y’Umwana w’umuntu. Viz kapitola |