Luka 21:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 None rero nimwabona ivyo vyose, muzoce mumenya neza ko Ubwami bw’Imana buri hafi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 nuko namwe ni mwabona ivyo bibaye, muze mumenye yuk’ ubgami bg’Imana buri hafi. Viz kapitola |