Online Bible

- Reklamy -




Luka 21:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Nuko abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi, abari mu gisagara bakivemwo, kandi abazoba bagiye mu misozi, ntibaze bagaruke mu gisagara.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Ico gihe abazoba bar’i Yudaya baze bahungire ku misozi miremire, kand’ abazoba bari hagati muri Yerusalemu baze bahasokoroke, kand’ abazoba bari mu misozi ntibaze baje i Yerusalemu.

Viz kapitola kopírovat




Luka 21:21

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy